Urutonde rw'inyigisho z'intumwa
Amahagiro
Umugambi w'ihurikiro ry'inyigisho n'imigenzo y'intumwa hamwe n'insiguro zavyo mu zindi ndimi
Ni umugambi wikwije wo kurobanura inyigisho n'imigenzo y'intumwa zisubirwamwo kenshi mu nyigisho z'ubwislamu, no kuzisomanura insobanuro yoroshe kandi ikwiye, hanyuma zigasigurwa mu ndimi zikoreshwa na benshi kw'isi yose, hakoreshejwe ubuhinga buhanitwe, hakurikijwe n'amategeko atomoye kandi atunganye, hamwe rero no kushikiriza nya nyiginsho umusomyi ku buntu mu nzira zose zishoboka
Ugushiraho uburyo bukoreshwa kw'isi yose ku buntu, bwizewe kandi muteye imbere, burajwe ishinga no gusigura inyigisho n'imigenzo y'intumwa mu zindi ndimi
Ugutegekanya ububiko-ntasobwa ku muhora ngurukanabumenyi bubikwamwo inyigisho z'intumwa zisiguwe mu zindi ndimi, buzoheza bugakorerwako n'abasigura igihe baba bariko barasigura
Ugushikiriza insiguro z'inyigisho z'intumwa abakeneye kuzifashisha, hakoreshejwe inzira zose zishoboka
Download the encyclopedia content
Download the Prophetic Hadith Encyclopedia content for free, in the language and format you need.
Our Key Statistics
More statistics
50+ Languages
Supported by the encyclopedia
15+ Million
Visits annually
5+ Million
API calls monthly
40+ Thousand
Translated Hadiths