عن عائشة رضي الله عنها قالت: قال رسول الله صلى الله عليه وسلم:
«السِّوَاكُ مَطْهَرَةٌ لِلْفَمِ، مَرْضَاةٌ لِلرَّبِّ».

Mu vyakiriwe na Aisha (Imana Allah Imwishimire), yavuze ati: "Intumwa y'Imana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah) yavuze iti:
"Ugusugutura gusukura mu kanwa, kugashimisha Imana Rurema Allah".

صحيح رواه النسائي وأحمد مسند أحمد - 24203

Ugusobanura

Umuvugishwamana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah), arigana mu kwerekana ko ukwoza amenyo ukoresheje umujigiti w'igiti "Araki" canke w'ikindi giti, bisukura umwanda hamwe n'akanuko ko mu kanwa; ni nk'uko nya gusugutura, kuri mu bituma Imana Allah Yishimira umuja wayo, kuko umuntu aba yasugutuye ku kwumvira Imana Allah no mu kwubahiriza ibwirizwa ryayo, hamwe n'ukuba ari ikintu cerekana isuku rikundwa n'Imana Allah Nyenuguhabwicubahiro nta ngere.

Zimwe mu nyungu ziri muri iyi nyigisho y'intumwa:

  1. Ivyiza vy'ukwisugutura ukoresheje umujigiti, n'ihimiriza ry'Umuvugishwamana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah), ku bo yarungitsweko ngo barushirizeho kwisugutura kenshi gashoboka.
  2. Mu kwisugutura, ni vyiza cane hokoreshwa umujigiti w'igiti "Araki". Mu gihe uwo mujigiti utoboneka naho, wosubirirwa n'umujigiti mvaruganda wokoreshwa hamwe n'umuti w'amenyo.

Ukwerekana insiguro mu rundi rurimi

69 Ururimi
EN English الإنجليزية
UR اردو الأوردية
ES Español الإسبانية
ID Indonesia الإندونيسية
UG ئۇيغۇرچە الأيغورية
BN বাংলা البنغالية
FR Français الفرنسية
TR Türkçe التركية
RU Русский الروسية
BS Bosanski البوسنية
SI සිංහල السنهالية
HI हिन्दी الهندية
ZH 中文 الصينية
FA فارسی الفارسية
VI Tiếng Việt الفيتنامية
TL Tagalog تجالوج
KU Kurdî الكردية
HA Hausa الهوسا
PT Português البرتغالية
ML മലയാളം المليالم
TE తెలుగు التلغو
SW Kiswahili السواحيلية
TA தமிழ் التاميلية
MY မြန်မာ البورمية
TH ไทย التايلندية
DE Deutsch الألمانية
JA 日本語 اليابانية
PS پښتو بشتو
AS অসমীয়া الأسامية
SQ Shqip الألبانية
SV Svenska السويدية
AM አማርኛ الأمهرية
NL Nederlands الهولندية
GU ગુજરાતી الغوجاراتية
KY Кыргызча القيرقيزية
NE नेपाली النيبالية
YO Yorùbá اليوروبا
LT Lietuvių الليتوانية
PRS دری الدرية
SR Српски الصربية
SO Soomaali الصومالية
TG тоҷикӣ الطاجيكية
RW Kinyarwanda الكينياروندا
RO Română الرومانية
HU Magyar المجرية
CS Čeština التشيكية
MOS Moore الموري
MG Malagasy المالاجاشية
FF Fulfulde الفولانية
IT Italiano الإيطالية
OM Oromoo الأورومو
KN ಕನ್ನಡ الكانادا
WO Wolof الولوف
BG Български البلغارية
AZ Azərbaycan الأذربيجانية
EL Ελληνικά اليونانية
AK Akan الأكانية
UZ O‘zbek الأوزبكية
UK Українська الأوكرانية
KA ქართული الجورجية
LN Lingala اللينجالا
MK Македонски المقدونية
KM ភាសាខ្មែរ الخميرية
BM Bambara البامبارية
PA ਪੰਜਾਬੀ البنجابية
MR मराठी الماراثية
DA Dansk الدنماركية
KMR Kurmancî الكرمنجية
MS Bahasa Melayu الملايو