عَنْ أَبِي هُرَيْرَةَ رَضِيَ اللَّهُ عَنْهُ عَنْ رَسُولِ اللَّهِ صَلَّى اللهُ عَلَيْهِ وَسَلَّمَ قَالَ:
«لاَ تَقُومُ السَّاعَةُ حَتَّى تُقَاتِلُوا اليَهُودَ، حَتَّى يَقُولَ الحَجَرُ وَرَاءَهُ اليَهُودِيُّ: يَا مُسْلِمُ، هَذَا يَهُودِيٌّ وَرَائِي فَاقْتُلْهُ».
[صحيح] - [متفق عليه] - [صحيح البخاري: 2926]
المزيــد ...
Mu vyakiriwe na Abu Hurayra (Imana Allah Imwishimire) ku Ntumwa y'Imana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah) yavuze ati:
"Umuhero w'isi ntuzogera mutabanje kurwana n'abayahudi, gushika n'aho ibuye umuyahudi yinyegeje inyuma, rivuga riti: "Ewe mwislamu! Ng'uyu umuyahudi yinyegeje inyuma yanje, ingo umwice"".
[صحيح] - [متفق عليه] - [صحيح البخاري - 2926]
Umuvugishwamana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah) yariganye ko umuhero w'isi utazogera abislamu batabanje guhangana n'abayahudi ku rugamba rubica bigacika, aho umuyahudi azogira ngo yinyegeje abislamu inyuma y'ibuye; maze Imana Allah Ice Ivugisha nya buye, riheze rihamagare umwislamu rimubwira ko umuyahudi yinyegeje inyuma yaryo, aheze aze maze yice nya muyahudi.