عن حذيفة رضي الله عنه قال: سمعت النبي صلى الله عليه وسلم يقول:
«لَا يَدْخُلُ الْجَنَّةَ قَتَّاتٌ».

[صحيح] - [متفق عليه] - [صحيح البخاري: 6056]
المزيــد ...

Mu vyakiriwe na Hudhayfa (Imana Allah Imwishimire), yavuze ati: "Narigeze kwumva Umuvugishwamana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah), avuga ati:
"Gateranya ntazopfa yinjiye mu Bwami bw'ijuru"".

[صحيح] - [متفق عليه] - [صحيح البخاري - 6056]

Explanation

Umuvugishwamana (nyakugira amahoro n'impuhwe z'Imana Allah), aratwiganira ko umuntu arazwa ishinga no guteranya abantu, mu gukura ijambo kuri uyu arishira uriya mu ntumbero yo kubateranya, ategerezwa kuzohanishwa igihano c'ukutinjira mu Bwami bw'ijuru.

Benefits from the Hadith

  1. Uguteranya abantu, ni icaha mu vyaha rutura.
  2. Uguteranya abantu, birabujijwe kuko bituma haba ubwononyi n'ibangamira hagati y'abantu no mu kibano.
View Translations
Language: English Urdu Spanish More ... (67)