Hadith List

1. Ni ukuri, umbajije ku kintu gihambaye, coroshe gukora ku wacoroherejwe n'Imana Allah
عربي English Urdu
2. Emwe bantu! Mu vy'ukuri Imana Allah, ni Nziza kandi Irakunda ivyiza, kanatsinda Imana Allah Yategetse abemeramana gukora nka birya nyene Yategetse Intumwa - 2 ملاحظة
عربي English Urdu
3. Mu vy'ukuri, mu vyahanahanwe n'abantu bakabitahura mu majambo y'ivugishwamana ryo kuva kera na rindi, ni uko iyo utagira isoni uheza ugakora ivyo ushatse - 2 ملاحظة
عربي English Urdu
4. Reka gukora ibiguteye amakenga, maze utandukire gukora ibitaguteye amakenga; kuko mu vy'ukuri, ukuri kujana n'ituze ry'umushaha, ni ukuri n'ikinyona nyene kijana n'ukugira amakenga - 2 ملاحظة
عربي English Urdu
5. Uraba kw'isi nk'aho woba uri umushitsi canke ingenzi iri ku rugendo - 2 ملاحظة
عربي English Urdu
6. Ururimi rwawe ntiruzohengeshanye kuguma rubomvye mu kuninahaza no gutazira Imana Allah - 6 ملاحظة
عربي English Urdu