Amategeko areba abatari abayisilamu baba mu bihugu bya Kisilamu (Ahlu Dhimat).

1Urutonde rwa Hadith.

Urutonde rwa Hadith. 1

Uzica Mu'ahad (umuntu ufitanye n'abayisilamu isezerano ryo kumurindira umutekano) ntazigera yumva impumuro y'ijuru, kandi iyo mpumuro yumvirwa mu ntera ingana n'urugendo rw'imyaka mirongo ine